Trulli
Umwe niwe wishwe n’amasasu, abandi batanu nabo barakomereka…

Umwe niwe wishwe n’amasasu, abandi batanu nabo barakomereka…

IMUHIRA

BIJOMBO, CONGO –  Mw’ijoro rya nagatanu buca ari niposho ku misni 27/01/2018 umuntu umwe niwe wapfuye abandi batanu barakomereka cane barashwe na bantu bitwajye intwaro ahitwa mu Kibindibindi, mukarere ka Bijombo. Kugeza ubu abakoze ayo mahano ntibarashobora kumenyekana.

Hari igihe cy’isaha zibiri z’ijoro ubwo Reverend Kishamata Mapaya, usanzwe ayoboye ikanisa rya 3ème CBCA niwe wahitanwe n’abo bagizi ba nabi ubwo yarashwe amasasu atari make.

Twaganiriye n’umwe mu baturage k’umurongo wa téléphone, utashatse ko tuvuga izina rye aduha ko byukuri uwapfuye yitwa Kishamata mapaya, Rév pasteur w’itorero rya 3ème Cbca ryo mu Bijombo.

 

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top