Umucamanza Robert Petit mw’iperereza k’urupfu rwa Zaida Catalan na Michael Sharp…

Umucamanza Robert Petit mw’iperereza k’urupfu rwa Zaida Catalan na Michael Sharp…

IMUHIRA

KANANGA, CONGO – Nakabiri ku minsi 28/11/2017 umucamanza kuva mu gihugu ca Canada, Robert Petit yashitse mu muji wa Kananga. Uyu mucamanza niwe ugiye gukurikirana iperereza k’urupfu rw’abakozi babiri ba ONU biciwe muri Congo.

Umuvugizi mukuru wa ONU muntara ya Kananga, General Antonio Guterres yavuze yuko icazanje uyu mucamanza ari gukora iperereza ryatangiye k’urupfu Zaida Catalan na Michael Sharp.

Umucamanza Robert Petit yururutse indege ya MONUSCO.

Tubibutse ko izi mpuguke za ONU zombi   zishwe mu kwezi kwa gatatu uyu mwaka wa 2017, (March 2017) mu ntara ya Kasai Central ubwo bari mukazi .

 

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Humura, Inc.

Back to Top