Trulli
Ugiye gusimbura Joseph Kabila aratangazwa.

Ugiye gusimbura Joseph Kabila aratangazwa.

IMUHIRA

KINSHASA, CONGO – Uwatsinze amatora y’umukuru w’igihugu muri Congo ategerejwe gutangazwa mu masaha ari imbere.

Kuva k’umunsi w’ejo n’akabiri mumasaha y’ijoro abagize akanama k’igihugu gashinzwe amatora bateraniye mubiro bya CENI aho bitegura gutangaza mu masaha aza  ibyavuye mumatora yabaye ku minsi 30/12/2018.

Mubategerejwe ko bashobora gutsinda ni Emmanuel Ramazani Shadary, Félix Tshisekendi na Martin Fayulu.

 

 

Author

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top