Trulli
Moise Katumbi yatuye intsinzi ya TP Mazembe abakongomani bose

Moise Katumbi yatuye intsinzi ya TP Mazembe abakongomani bose

IMIKINO

Tout Puissant Mazembe yishimira igikombe muri 2015.

NEW YORK, USA –  Perezida wicubahiro wa TP Mazembe Moise Katumbi yatuye igikombe ca Confédération Cup abakongomani bose .

Ibi Moise Katumbi yabivugiye muri leta zunze ubumwe za Amerika aho yarebeye uyu mukino wa nyuma wahuje ikipe abereye umuyobozi na Super sport united yo muri Afrika yepfo.

Ntuye abacongomani bose iki gikombe, kuberako abantu benshi ntabwo baribizeyeko iyi ntsinzi iza kuboneka, cane cane ko umuyobozi wayo atari mu gihugu, ariko abaturage bakomeje kudushigikira can cane abafana n’abakunzi ba TP Mazembe – Moise katumbi –

Tubibutseko TP Mazembe ku munsi wejo yegukanye igikombe ca Confédération ku nshuro ya kabiri ikurikiranye  itsinze super sports united yo muri Afrika yepfo.

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top