Trulli
Mai mai yongeye kunyaga inka z’abaturage ku Ndondo…

Mai mai yongeye kunyaga inka z’abaturage ku Ndondo…

IMUHIRA

INDONDO, SUD-KIVU –  Mw’ijoro  ryakeye ry’akazirimwe ku minsi 27/11/2017, inyeshamba za mai mai zisanzwe zifite ibirindiro mu Majaga, zanyaze inka z’abaturage b’Ababanyamulenge bo mu Magunga.

Ubwo twandikaga iyi nkuru ingabo za leta zivuye i Baraka zari zakurikiye izi nka, amakuru aturuka hafi mu bashinzwe umutekano avugako mai mai ishobora guhangana n’ingabo z’igihugu hakaba habaho intambara ku mpande zombi.

Turaza gukomeza kubakurikiranira hafi iyi nkuru.

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top