Ishirahamwe Caritas rihamagarira abagiraneza gufasha abatishoboye muri Congo…

Ishirahamwe Caritas rihamagarira abagiraneza gufasha abatishoboye muri Congo…

IMUHIRA

TSHOPO, CONGO – Ku minsi 7/12/2017 ishirahamwe Caritas rirahamagarira abagiraneza hirya no hino muri Congo gutabara no gufasha abatishoboye mumuji wa Tshopo. Ibyo Caritas isaba gutanga ni amahuzu, ibyokurya, cangwe imfashanyo iyo ariyo yose.

Ejo nakabiri muntara ya Kisangani, Ishirahamwe Caritas  ryagaburiye abantu barenga 5,000 bahunze intamba hagati y’ingabo za FARDC n’imihari yitwaje imbunda.

Ishirahamwe Caritas rifasha impunzi…

Hamaze amezi atari make abaturage bo mumuhana wa Opienge, localite ya Bafwasende muri territoire ya Tshopo barahunze intambara. Aba baturage bari bamaze iminsi itari mike badafite ubufasha.

Copyright © 2017 All Rights Reserved.

Search

Uru rubuga rugenzurwa na Humura, Inc.

Back to Top

Optimization WordPress Plugins & Solutions by W3 EDGE
%d bloggers like this: