Trulli
Felix Tshisekedi niwe wari umukandida wa FCC ntibabitubgira: BIGANIRO Mutware Emile
0 Comment 127

Felix Tshisekedi niwe wari umukandida wa FCC ntibabitubgira: BIGANIRO Mutware Emile

IMUHIRA

BUKAVU, SUD-KIVU – Biganiro Emile watsinzwe mumamatora y’aba depite k’urwego rw’intara asanga Emmanuel Shadarry atariwe wari umu kandida wa FCC.

Nyuma y’uko akanama gagshinzwe amatora muri Congo gatangaje Felix Tshisekedi ko ariwe watsinze amatora y’umukuru w’igihugu yabaye ku minsi 30/12/2018, Biganiro Emile uri mu mpuzamashaka FCC abonako Tshisekedi ariwe mubyukuri wari umukandida wa FCC ariko batashatse kubibabgira.

Nk’umuturage kandi uri muri FCC, kuzagera ku mpinduka bari biteze abona bigoye, caneko uwatowe  asanga nta experience (ubushobozi) ihagije afite muri politike. Kuba hari abifuzako ibyatangajwe na CENI byasubirwamwo , Emile avugako uwatsinze amatora wese yakagombye kuba ariwe urukiko rushinzwe kwubahiriza itegeko nshinga (cour constitutionnelle)  ndetse na CENI batangaza.

Amajwi babonye asanga abaturage barabagiriye icizere nubgo batabashije kugira umu depite n’umwe batambutsa, ibintu batasobanukiwe neza ukurikije amajwi babonye.

Biganiro Mutware Emile  yitoreje Ibukavu k’ubu depite k’umwanya wa suppléant, ari mu cama ca Fraternité congolaise.

Author

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top