Trulli
I Butembo polisi yahanganye n’abigaragambya…

I Butembo polisi yahanganye n’abigaragambya…

IMUHIRA

NORD-KIVU, CONGO –  Amasasu menshi yumvikanye muri iki gitondo cagatatu ku minsi 15/11/2017 mu muji wa Butembo.

Amakuru atugeraho aravugako igisoda ca leta cakoresheje ama gerenadi asohora ibyuka bihumanya kugirango kibashe kwigiza inyuma abigaragambya.

Tubibibutseko abaturage bazindutse mu myigaragambyo mu gihugu kugirango bamagane itangazwa rya kalendali y’amatora iheruka gutangazwa na CENI.

______

– Gira Ico Uvuze –

[democracy id=”current”]

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top