Trulli
Bamaze imyaka 50 bavura indwara y’umutima…

Bamaze imyaka 50 bavura indwara y’umutima…

IDWARA

CAPE TOWN, SOUTH AFRICA – Hashize imyaka 50 hakozwe ubushakashatsi bwo kuvura indwara y’umutima. Niyinga ku minsi 3/12/2017 mumuji wa Cape Town muri Afrika y’epfo umuganga uvura indwara y’umutima, Dr Christiaan Barnard yabwiye abanditsi n’abanyamakuru ko iyi ndwara haciye igihe yaratorewe umuti kandi banashobora gukura mo umutima bakanawutsimbuza undi.

Nkuko tubikesha n’ikinyamakuru Al Jazeera, ubuvuzi bw’iyi ndwara butwara umwanya kandi bisaba imbaraga ninshi cane.

Reba VIDEO

Gira Ico Uvuze kuri iyi nkuru...

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.

Copyright © 2012 - 2018 - All Rights Reserved. Uru rubuga rugenzurwa na Imurenge News Agency.

Back to Top