+243 815 677 058   [email protected] Arasaba leta ya Congo gushira matora m’umwaka utaha…
Mon. Dec 16th, 2019

Mulenge Press Channel

Arasaba leta ya Congo gushira matora m’umwaka utaha…

Félix Tshisekedi, umuhungu wa

JOHANNSBURG, AFRIKA Y’EPFO – Felix Tshisekedi, uhagarariye umuhari urwanya ubutegetsi bwa Congo yavuze ko yemeranya na leta ya Congo ko basubika amatora ariko nanone akaba asaba ko aya matora yakwigizwa hino umwaka utaha mukwezi kwa gatandatu (June 2018).

Ejo nagatatu hashize ku minsi 1/11/2017, Ico Felix Tshisekedi, umuhungu wa Etienne, Tshisekedi akaba ari nawe uyuboye uyu muhari yasaba ga, ko perezida Joseph Kabila arekura ubutegetsi kugira ngo igihugu gishobore kuyoborwa n’indi ingoma nsha.

Joseph, Kabila, Umukuru w’igihugu ca Congo…

Tshisekedi yagize ati:

Ni kenshi twasabye uyu mutegetsi gutanga uyu mwanya kugira ngo igihugu kironke amahoro. Ni kenshi twasabye ko haba imishikirano ariko nta nakimwe yahinduye, rero ikizakurikira ho ni kumukura ho ku ngufu – Felix Tshisekedi –

Felix Tshisekedi, yavuze ko hatagize igihinduka, amaraso azaba agiye kongera kumeneka mugihugu. Yongeye kandi avuga yuko umunsi wanyuma iwe n’abanyamuhari be (Icama ciwe) ko umunsi wanyuma bahaye Kabila ari ku minsi 19/11/2017 ngo nyuma y’iyi minsi ikizakurikira ho ni agahorero.

Ese wowe ubivuga ho iki?

PLEASE ADVERT WITH US
Sangiza Abandi Inkuru

Leave a Reply

Tanga Ibitekerezo.

Your email address will not be published. Required fields are marked *