Sat. Jul 20th, 2019

Mulenge Press Channel

Amerika ikomeje gutungwa agatoki n’Ubushinwa ku kibazo c’intwaro za rutura…

Zimwe mu ntwari=o za rutura Leta Zunze Ubumwe za Amerika itunze...

BEIJING, CHINA – Igihugu c’Ubushinwa gikomeje gusaba Leta Zunze Ubumwe za Amerika kureka kubatunga agatoki, babashinja gukora imbunda za rutura.

None niyinga ku minsi 04/02/2018,Chang Wanquan, ministre w’ingabo w’Ubushinwa yavuze ko igihugu c’Ubushinwa arico gifite intwaro ninshi ku isi kandi zitandukanye, ariko arico gihugu gifitanye umubano mwiza n’ibindi bihugu hose ku isi.

Zimwe mu ntwaro za rutura Leta Zunze Ubumwe za Amerika itunze…

Biravuga ko Leta Zunze Ubumwe za Amerika yoba yatewe amakenga n’ibi birwanisho leta y’Ubushinwa ifite ko iki gihugu gishobora kuba ari kimwe mu bihugu bifasha abatavuga rumwe na Leta Zunze Ubumwe za Amerika.

Igisirikare ca Amerika co kivuga ko intwaro Ubushinwa bufite ari nini ku buryo hari n’igihe izi ntwazo zoba zidakoreshwa mu buryo bwemejwe n’amategeko agenga intwaro za rutura.

 

Sangiza Abandi Inkuru

Leave a Reply

Tanga Ibitekerezo.

Your email address will not be published. Required fields are marked *