Wed. Aug 21st, 2019

Mulenge Press Channel

Amarushanwa y’akabumbu ka maguru mu Minembwe..

MINEMBWE, SUD-KIVU :  Ishirahamwe alerte international muri project  yaryo tujenge pamoja kwa ajili ya amani ryateguye irushanwa ry’umupira wa maguru kuva kuri iriiposho ku minsi 22/12/2018 mu Minembwe.

Imikino yatangiye kuruyu w’iposho hagati ya Materdei na Madegu fc, igice cambere ku munota wa 14, rutahizamu wa Materdei NZABAHO yatsinze ikirazo caje kwishurwa na rutahizamu wa Madegu fc LOME ku munota 64 azakucishura iminota 90 yarangiye arikimwe kukindi.

Mu minota  yinyongera nanone Nzabaho yaje kubonikindi kirazo ku munota wa 100, ikirazo caje kwishurwa na Lome ku munota wa 109, umwanya warangiye ikipe zombi ari 2-2 , mu mwanya wama penaliti, na none umwijima waje gufata ntayitsinze, bityo umukino ukazagusubirwamo none Nakazirimwe  ku minsi   25/12/2018 igihe cisaha 8h00 za mu gitondo . 

Naho umukino waruteganyijwe hagati ya Zamalek na Kisombo ,zamalek yatsinze kuri  forfait kubera Kisombe ititabye. Kuri uyu w’imana harihitezwe umukino wa New Heba na Kasulukwa ariko ntiwabaye kubera ikipe ya kasulukwa kuva mu Rurenge itaje ikibazo cayo kikaba kitarafatirwa imyanzuro n’ishirahamwe ry’akabumbu  k’amaguru mu Minembwe.

Igihe cisaha 16h00 ikipe ya kahwela fc yatanye mu mitwe niya Marango fc umukino warangiye aribirazo 2 bya Kahwela fc kubusa bwa Marango fc, ku munota wa 39, rutahizamu Ntimugura usanzw’ukinira kakenge fc akaba akinira Gahwera muriri rushanwa yashaganyije inshundura za Marango, ku mu nota wa 86 na none Ngabo yaje gutsinda ikirazo cakabiri azagushimangira intsinzi ,ikipe ya Marango yakinaga ari abantu 10 mu kibuga kubera numéro 7 wabo yariyahawe ikarita y’umutuku ku munota  wa42 wumukino .

Ik igikombe kibarirwa mu mafaranga 1292 yamadolari yabanyamerika .Ikipe ya mbere  ikazabona  285$ ,i yakabiri 210$ ,iyagatatu ikzabona 150 $.

Sangiza Abandi Inkuru

Leave a Reply

Tanga Ibitekerezo.

Your email address will not be published. Required fields are marked *