Turakohereza amakuru kuri Email

Minisitire, Muller Ruhimbika ya kiriye abagize societe civile.

Published on Sep 20, 2016 by David Manoa
Muller Ruhimbika avuga hejuru y'ikibazo c'umutekano.

Muller Ruhimbika avuga hejuru y’ikibazo c’umutekano.

MINEMBWE – Societe Civile yo mu Minembwe yagejeje kuri Minisitire Muller Ruhimbika ibibazo birimo umutekano muke ugaragara mubiraro,abagenzi banyagirwa mu kibira kiri hagati yo mu Rusuku no mu Mikenke ndetse n’ikibazo ca ba motari bagonga abagenzi buri munsi wa gatanu.

Minisitire Muller yabwiye abagize societe civile yo mu Minembwe ko ibyo bibabazo byose bagiye ku bishakira umuti .

Kuri uyu wambere kandi Minisitire Muller akaba yakiriye abagize imitwe ya politike ikorera mu Minembwe aho ya yisabye gushigikira Dialogue ya hamagajwe na peresida Joseph Kabila iri kubera I Kinshasa.

Tanga igitekerezo

Your email address will not be published. Required fields are marked *